Check Out: Mp3 Download Twegeraniye hamwe By Yanick uttar
Artist: Yanick uttar
Song Title: Twegeraniye hamwe
Genre: Gospel, Christian
Album: Twegeraniye hamwe
Year: 2023
Song Type: Mp3 & Video
Title: “Twegeraniye Hamwe by Yanick Uttaro: An Uplifting Gospel Song to Bring You Closer to God”
When it comes to gospel music, its strength is heightened, as the words and tunes speak to us on a spiritual level and allow us to get in touch with our spiritual beliefs more profoundly. Recently, Yanick Uttaro released the song “Twegeraniye Hamwe”.
“”Twegeraniye Hamwe” is a song that speaks to the heart of anyone who has ever struggled with their faith or felt disconnected from God. The title of the song means “Let’s come together” in the Rwandan language, and the lyrics encourage us to do just that – to come together in worship and praise, to lift our voices to God and experience His presence in a powerful way.
DOWNLOAD
Download Mp3/Audio Here
Download Twegeraniye hamwe By Yanick uttar Mp3 On GospelViz Media for free
LYRICS
P1/ Wabingize weee, emwe namwe binkikuje,
ndababwira mwa misozi, namwe mwa biyaga;
Emwe vyaka vyo kw’ijuru, muze hano
dushim’ukiza wanje
Emwe vyaka vyo kw’ijuru, muze hano
dushim’ukiza wanje
.
…… thank you lord…….
Wabingize weee, emwe namwe binkikuje,
ndababwira mwa misozi, namwe mwa biyaga;
Emwe vyaka vyo kw’ijuru, muze hano
dushim’ukiza wanje
Emwe vyaka vyo kw’ijuru, muze hano
dushim’ukiza wanje
Wabingize weee, emwe namwe binkikuje,
ndababwira mwa misozi, namwe mwa biyaga;
Emwe vyaka vyo kw’ijuru, muze hano
dushim’ukiza wanje
Emwe vyaka vyo kw’ijuru, muze hano
dushim’ukiza wanje
choraas/ Hozaaana n’ushimwe ,
twegeraniye hamwe, tuduzishimwe ryawe
P2/ Natahuye ko aha ariho tubonanira,
Natahuye ko mu bwiza bwawe hari vyose
Ubu nzamuye amaboko yanje ngo ngushime
…..comon…..
Natahuye ko aha ariho tubonanira,
Natahuye ko mu bwiwa bwawe hari vyose
Ubu nzamuye amaboko yanje ngo ngushime
Ubu nzamuye amaboko yanje ngo ngushime
Hozaaana n’ushimwe ,
twegeraniye hamwe, tuduzishimwe ryawe
Hozaaana n’ushimwe ,
twegeraniye hamwe, tuduzishimwe ryawe
Hozaaana n’ushimwe ,
twegeraniye hamwe, tuduzishimwe ryawe
P3/ Dufukamye imbere yawe Mwami, n”umutima uciye bugufi Yesu
turabe munyonga hawe hera, turabe mu nyonga hawe hera
Dufukamye imbere yawe Mwami, n”umutima uciye bugufi Yesu
Dutazire izina ryawe ryera, Dutazire izina ryawe ryera